Jewe nkigera secondaire numva Imana imbajije ejo hazoza iconoba nipfuza kuba nka Zuckerberg,JeffBezos cane Billgate ntanabazi ndabumva kumatwi none jewe Nubu yombaza nokwipfuza kuba nka Gasape ndakurahiye!!kunda ivyiwacu bagenzi jewe Facebook byeeeeeeeeeeee skazima atamafranga yoyo impa ahubwo nohomba Gasape ntabandanyije ndayikoresha!
None ga yemwe ko mbona Gasape afasha abantu akabaha ama dollars menshiii bakoresheje urubuga Kandi nanje nkunda ibikorwa vyawe ga yemwe aha Ntiyonterera nanje na 500dollars nkagura na laptop nanje nkakora utuntu ko mbona technologie ndayipfanye🤣🤣🤣🤣🤣???tjrs Dr Ir GASAPE!Bagenzi Jew iyaba vyakunda ndi nka Zuckerberg nogirubwoba ukuntu Gasape ije n'inguvu nyishiii!!
Eddy Lucky
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Butoyi Memoire
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
REMA Guy Roméo
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?