*Ku ncuro yambere hagiye gutegurwa amahiganwa ya #missmuyaya2023 mu Burundi.*
#BurundiBurakeye🇧🇮 Ntibigiye kworoha muri 2023🔱
Amashirahamwe atatu yo mu Burundi ( Hope for a Better Future, Haruna Holdings na Andika Solutions) bahurije ku ciyumviro gitangaje co gutegura ihiganwa ryo gutora #umuyaya mwiza kandi akerebutse w'umwaka wa 2023.
Nk'uko babivuga ngo ivyo bikaba bije guha agaciro umuyaya mu Burundi.
#Morning257🇧🇮 Namwe mubibona gute ?
Ibijanye no kwiyandikisha bikaba bitaramenyekana
#burundi #burakeye #kazeiburundi #kazeiwacu #burundian #visitburundi #burundianhotboysgirls #rwanda #rwandaburundi #bujumbura #bwakeyebute #tanzania
https://www.facebook.com/10004....4433853937/posts/pfb
Wizere Don Dieu
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Niyomwungere Floribert
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Nshimirimana Luc
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?