🛑 CRISTIANO RONALDO IMBERE YUKO MONDIALE ITANGURA:
🗣️🗣️ Intumbero njanye siyo kugirango ninzize ibitsindo, nze nshake mveyo atanigitsindo nakimwe ntsinze Ariko dutahukane igikombe..Ndarahiye kubafana bacu..
Yaraye avyerekanye kumunsi wejo aho yari kuri Bench Ariko burigitsindo cose Portugal itsinze yaca yirukanka kuryoherwa n'a bagenzi biwe ubibona ko yishimye kbxaa..Ibintu tutari tumumenyereyeko mugihe aba yatanguye hanze..
So, ico bivuze Niki rero nibaza yuko tutabeshanye abafana bafana Portugal ibice 95% bayifanye kubera Uno mugabo..Amaze imyaka irenga 15 yita kubiti no kumabuye atsinda ibitsindo ngirango atanuwuzohava abironka mumugwi nserukira gihugu uwariwo wose ivyo vyose yabikoze abikorera Portugal arinaho abayifana bagiye baragwira Umunsi kuwundi..
Nibaza rero yuko nawe hageze ko asarura ivyo yimbuye, nabo bakamwitura ineza yakoze kuko imyaka ntibesha kumyaka 37 biba bikwiye ko umenya kujera ubuzima nimbaraga vyawe..
Mumupira wamaguru wumvise izina Cristiano Ronaldo wumva burikintu icarico cose muri football kuko ntaco adafise yarabitwaye vyose arenzako numusesekara ..Nico gihe nabo co kumushimira....
Ndabizi hariho abaza kuvyumva nabi banatukane Ariko kuzira ukuri ntaco bitwaye..
TheLivingLegend Cr7🔥🔥🔥
Aboner kuri page tuyiduze ...Mwubahwe
TWAGIRAYEZU Collyferdinand
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?