🔴URGENT
IGICIRO C'INKWANO KIRAGABANIJWE
Kubera ibintu vyose biguma bizimba ariko abakobwa bakabandanya biyongera kumwanya kumwanya, inama nkuru ya syndicat y'Abasore hamwe na président wa syndicat y'Abasore barikumwe n'aba ambassadeur bose bahejeje gukorana vy'ikobiriraho munama karahabutaka kugira basubire banonosore neza ibijanye n'inkwano uko vyifashe n'uku 👇👇
1. KAYANZA na NGOZI : ingingo yo kudatanga n'urutoboye gwinkwano iracari ntabanduka umuhungu azoshima umukobwa waho bazoce bafata Ikinga rya 200 nahone bagende bicaranye, Hama baje kwandikwa bace bataha muhira , ikindi naco kundwi kundwi abavyeyi b'umukobwa bazojana umufuko w'ibiraya hamwe n'amateke bashiriye umukwe wabo!!
2. Intara za MURAMVYA,MWARO, GITEGA,KARUSI hamwe na RUTANA Inkwano zivuye kuri 152.000fbu Ubu zishinzwe kuri 87.000fbu yaba uwize canke uwutize bose nicokimwe , ikindi naco burindwi abavyeyi b'umukobwa bazoza barajana igitoke hamwe n'ibiharage bashira umusore, Ubu ubwiza b'umukobwa buri mumufuko ivyo vy'ingidi n'ibindi tutazi muzoshake mubikureko ariko muzane amahera!
3. Intara za MUYINGA,KIRUNDO, RUYIGI, MAKAMBA, BUJUMBURA2 hamwe na RUMONGE, mweho rero muragowe abasore bose bahereye mubihugu duhana imbibe, mugize Imana mukaronka umugabo, musabwe kubanza gusinya amasezerano ko ari mwebwe muzoza muratanga RASIYO , umugabo nawe akimenya mubindi bisigaye ivyo kuvuga inkwano vyovyo muvyibagire hakiri mapema . Ivyo mutavyemeye mugume muhira iwanyu 🤫
4. Abakobwa barekuriwe kuronka inkwano ni, CANKUZO, RUTANA nahone batararenga imbibe z'iyo ntara ngo baje kuzobonogorana , inkwano ivuye kubihumbi 76.000 igiye kubihumbi 50 nahone umusore aje gusaba irembo ataha ariye isake ikaranze neza , ace arenzako umubindi w'isongo
5. Intara za BUJUMBURA na CIBITOKE et BUBANZA kubera basanzwe bafise ibintu vyinshi barima aba inkwano ivuye kubihumbi 300 igiye kuri 190.000 nahone habanza kuba amasezerano ko umufuko w'umuceri utazigera ubura munzu kandi uzozanwa n'abavyeyi b'umukobwa.
6. BURURI : ikibuguru c'ingurube kirakwiye kandi umusore azoba yandikiye akabido k'amata kundwi kundwi n'umufuko w'amateke bizova iwabo w'umukobwa.
Iminsi yose umugore ntaronka umugabo yikwije kuko turi ugutandukanye
1.Uronse "Handsome" (umuhungu/umugabo mwiza) umutwe wiwe usanga atakiriyo (empty)
2.Uronse incabwenge amasaha 24 aba ari busy n'ibyiwe nta nubwo bakunda guseka kandi ntabwo bari romantic bo ubwabo ntibikunda
3.Uronse umukire/umutunzi ntashobora kukwubaha.Uzomubwira iki kandi ifaranga arifise?
4.Uronse uwukora akazi nkuko ushaka usanga ata mwanya aguha akenshi bano bita ku kazi no kwironkera amafaranga we buri munsi yiyumvira ubuzima
5.Uronse imvugakuri mu mufuko usanga 0%
6.Uronse uwugukunda mukuri usanga atari "Level" levo yawe atari amahitamo yawe nkuko uba ubyipfuza
7.Uronse uwize yaminuje ntiyigera yumviriza impanuro zawe umubwira,n taco umubwira agutahure imbere yiwe
8.Uronse uwuri Smart_ni umubeshi arengeje abenshi ntabwo bakunze kwubaka izabo bihuse kandi nubwo yubaka urwiwe nta kibuza ko akomeza gukundana n'abandi bakobwa kuko benshi mu bakobwa bo ubwabo usanga bamukunda
Iyigishe gushima muri byose kuko kuva kuri Adam nta muntu numwe yamye yikwije ninako abagabo twaremwe kandi nawe ubwawe ntabwo wikwije (ukwije byose)
Ushobora kwibaza ngo ninakunda naka niho nzabaho neza ariko ataribyo kuko buri wese afite uko ameze mu buzima uzaba utuyemwo
Rino ni ibanga abakobwa benshi batazi
Ntugasenge usaba Imana iguhe uwo ushaka wewe ahubwo senga usaba izaguhe uwuhwanye n'ubugombe bwayo aho urugo rwawe ruzagira amahoro
Muri bino bidondaguwe hano nibaze ko wabonye aho umukunzi/umugabo wawe ahagaze
Kora follow kuri page yanjye ukomeze wiga byinshi hano wongere usangize abandi
Ndabakunda cane"
Simon SB
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?