#warubizi!!!!??
*BAHUNGU UMUKOBWA NK'UYU NTAZOGUCIKE
❤️❤️❤️❤️❤️❤️
⭐Umukobwa ukorera amakosa, akarira amarira
menshi agashaka no kukureka ariko kukwikuramwo
bikamunanira.
⭐. Umukobwa ugukunda agahora aguhayagiza mubagenzi biwe
⭐Umukobwa akunda kugira ubwoba bwo kukubura,
⭐Umukobwa yemera guhindura imico
kugira ngo akore ibijanye n'uko
uvyifuza.
🍂Umukobwa ukwereka ko atawukuruta
akakwereka ko abandi bose bamushaka
atabakwiye akwiye wewe gusa.
🍂Umukobwa ababazwa nuko utameze neza
agahangayika ikibazo cawe ukabona ko nawe
aba yakigize iciwe!
🍂Umukobwa akubuza rimwe na rimwe
gusesagura no gukoresha amafaranga
mwishimisha mu bidakwiye
.
🍂umukobwa agukunda mufashanya imigambi akagufasha muri vyose nahose uwo uzomugire umugore
👉muhungu uyu mukobwa niyo wamuronka ukamuheba uzorinda upfa utaronse nkuyo kandi uzama wicuza icomuguha utakimuronka abakobwa namwe nimwikebuke
#partageant kugir abagenzi baw babimenye🙏
#like
#commentaire
#nyandikira_kur_whatsap kur +25768876528 ndagushir mur group yitwa #impanuro_urukundo_ubuzima
#ndabakunda cane mwubahwe 🤞
Hello hagir uwumfash ingen no créant page , birimw kuncanga hagez kur URL ya page nabuz ivyo ndahashira
#help
🙏🙏🙏🙏🙏🙏
NDAYISHIMIYE Emmanuel
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Eddy Lucky
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Patrick Pajos
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?