#avertissement : KUDYA AMAFARANGA YICUBAHIRO, NIVYO DUHIMIRIZWA NA Dr Ir Perry Saxe Gateka Communication. Soma neza!

#avertissement : KUDYA AMAFARANGA YICUBAHIRO, NIVYO DUHIMIRIZWA NA Dr Ir Perry Saxe Gateka Communication. Soma neza!
#CONGO: Ahitwa i Masisi abantu bakomeje guhunga kubwinshi.
M23 ngo ihamereye nabi
Musomyi,wibazako hakwiye iki canke hokorwa iki kugira muri Congo cane cane mu buseruko bwayo ntihasubire kuba Intambara ?
Bon Dimanche
ENGLISH VERBS/INGLISH VEB/: AMAVUGA Y ICONGEREZA + CONJUGATION: GUHADIKIRIZA MU MWANYA WA KUBU
1. To eat/iti/: kurya
2. To drink/drin’k/: kunwa
3. To go/go/: kugenda
4. To come/kam/: kuza
5. To say/seyi/: kuvuga
6. To speak/sipik /: kuvuga ururimi
7. To tell/tel/: kubwira
8. To talk/tol’k/: kuyaga
9. To want/wan’t/: gushaka
10. To need/nid/: gukenera
11. To love/lov/: gukunda cane
12. To like/layk/: gukunda
13. To see/si/: kubona
14. To look at/luk-et/: kuraba
15. To watch/tu-woc/: kurorera (TV)
16. To buy/bay/: kugura
17. To sell/sel/: kugurisha
18. To study/sitadi/: kwiga
19. To learn/len/: kwiga
20. To lean/lin/: kwishimikiza
21. To read/rid/: gusoma
22. To write/rayt/: kwandika
23. To understand/andestend/: gutahura
24. To know/now/: kumenya
25. To cook/kuk/: guteka
26. To sleep/slip/: kuryama
27. To wake up/weyk-ap/: kuvyuka
28. To give/giv/: gutanga/guha
29. To take/teyk/: gufata
30. To help/hel’p/: gufasha
31. To kill/kil/: kwica
32. To murder/madar/: kugandagura
33. To die/dayi/: gupfa
34. To shoot at/shut-et/: kurasa
35. To have/hev/: gufita
36. To do/du/: gukora ikintu
37. To work/wek/: gukora akazi
38. To trust/trasit/: kwizera
39. To believe/biliv/: kwizera
40. To make/meyk/: gukora ikintu ukagihingura
41. To mend/mend/: gukora icapfuye
42. To repair/ripeya/: gukora icapfuye
43. To build/bilid/: kubaka
44. To destroy/dis’roy/: gusambura
45. To find/fayind/: gusanga/gutora
46. To kiss 😘 /kis/: gusoma
47. To miss/mis/: kubura/gukumbura
48. To think/thin’k/: kwiyumvira/ kwibaza. Th=s ururimi hagati y amenyo
49. To hope/hop/: kwizigira
50. To wait/weyt/: kurindira
51. To put/put/: gushira
52. To put on/put-on/: kwambara
53. To carry/keri/: kwikorera/gutwara
54. To carry on /Keri-on/: kubandanya
55. To carry out/keri-awut/: kurangura imirimo
56. To wear/weyar/: kwambara
57. To take off/teyk-of/: kwambura
58. To live/liv/: kubaho
59. To leave/liv/: kugenda/ kureka/ gusiga
60. To bring/bring/: kuzana
61. To send/send/: kurungika
62. To get/get/: kuronka
63. To get up/getap/: kuvyuka
64. To get in/getin/: kwinjira
64. To get out/getawut/: gusohoka
65. To go out/go-awut/: gusohoka
67. To receive/risiv/: kuronka/kwakira
68. To teach/tic/: kwigisha
69. To knock/nok/: kudodora
70. To feel/fil/: kwiyumva
71. To free/fri/: kubohora/kurekura
72. To flee/fli/: guhunga/komoka
73. To fly/flay/: kuguruka
74. To wash/wosh/: koza
75. Swim 🏊♀️ /swim/: koga muruzi/ikiyaga
76. To have bath/hev-baf/: kwiyoga umubiri wose(dushe)
78. To cover/kava/: gufuka
79. To cut/kat/: gutema
80. To phone/fon/: guterefona
81. To throw/throw/: guterera . Th=s ururimi hagati y amenyo
82. To beat/bit/: gukubita
83. To fight/fayt/: kugwana
84. To steal/sitil/: kwiba
85. To rob/rob/: kwiba
86. To lose/luz/: gutakaza
87. To Lend/len’d/: gutiza
89. To borrow from/borow-from/: gutira
90. To cure/k’yur/: kuvura/gukiza
91. To heal/hil/: kuvura gukiza
92. To jump/jam’p/: gusimba
93. To hit/hit/: gukubita
94. To heat/hit/: gushusha
95. To swear/sweya/: kurahira
96. To sweat/swet/: kubira intuguta
97. To brush/brash/: koza n uburoso
98. To comb/kom/: gusokoza
99. To iron/ayron/: kugorora
100. To sit/sit/: kwicara
101. To stand up/sitendap/: guhaguruka
102. To stop/stop/: guhagarara
103. To halt/hal’t/: guhagarara
104. To clean/k’lin/: gusukura/guhanagura
105. Sweep/swip/: gukubura
SUBJECT PRONOUNS/SABJEKT-PRONAWN’Z/: MUVUGWA RUKOZI
I/Ay/:jewe
You/yu/: wewe
He/hi/: umuhung
She/shi/: umukobwa
It/iti/: ikintu
We/wi/: twebwe
You/yu/: mwebwe
They/they/: bobo
Hanyuma twavuze ugomba kuvuga ko ukora canke ko uwundi akora igikorwa, uca ubanza ugakurako iyo TO twatanguje kuri ayo ma Verbs
👇🏿👇🏿👇🏿👇🏿
Raba hano musi uko tubigenza
To go/tu-go/: kugenda, tuyikuyeko To/tu/ hasigara GO iyo GO niyo duca tuja turongera kuri barya bantu bitwa Muvugwa Rukozi, Duca tuvuga rero
👇🏿👇🏿👇🏿👇🏿👇🏿👇🏿
I go/Ay-go/: ndagiye
You go/yu-go/: uragiye
He goes /hi-goz/: Aragiye
She goes/shi-goz/: Aragiye
It goes/it-goes/: Iragiye
We go/wi-go/: turagiye
You go/yu-go/: muragiye
They go/they-go/: baragiye
Nokuyandi ma verbs (amavuga) mugira nkuko nyene.
UTUNDI TURORERO
👇🏿👇🏿👇🏿👇🏿👇🏿👇🏿👇🏿👇🏿
To come/tu-kam/: kuza ukuyeko To uca ukoresha igihimba gisigaye
-I come/Ay-kam/: ndaje
-you come/yu-kam/: uraje
-He comes/hi-kam’s/: araje
-SHe comes/shi-kam’s/: araje
-It comes/It-kam’s/: iraje
- We come/wi-kam/: Turaje
-You come/yu-kam/: Muraje
They come/ They-kam/: Baraje
Mugire gutyo kuri ayo mavuga yose !!! Happy learning !!! Ivyigwa vyiza
Mugisha Patrick
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Evangelist Saul Niyibimpa
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Obède Ndayiragije
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?