#basomyi bahire
Mwarimuziko abantu bahora bafise ikibazo co kutarungika ubutumwa kuri uru rubuga rwa Gasape ko ubu bikunda ko muzirungika ukuri kwamye !?
1.Niwinjire kurubuga hwaniro gasape
2.Fyonda kugafoto k'isura yawe kari musi i buryo
3.Fyonda ahanditse languages n'utudome dutoduto
4.Hitamwo kirundi
Aho rero ikibazo kiba gikemutse ucugaruka ukayaga n'incuti wisanzuye!!!
#woba warubizi???
Gira #like kurino page ubandanye umenya ibigezweho!

Like
Comment
Musaza Caleb
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Pharès Ndihokubwayo
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Jesse Lingarld
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?