*KWUGURUZA COMPTE 1XBET, UKO BUZUZA KARANGAMUNTU,UKO BASHIRAKO AMAHERA NA LUMICASH, UKO BAROTIRA BARIYE..VYOSE BIRI HANO HEPFO..*
👇👇👇👇👇
*CODE PROMO:LILI21*
*NGUKU UKO BIKURIKIRANA
1️⃣. Gushiramwo application ya *1XBET* muri téléphone yawe. Application uyikura kuri site web *www.1xbet.bi* canke uyisabe umukozi wa 1XBET kuri *WhatsApp +257 68980075/ 61120167
2️⃣. Ugurura application winjire indani..
3️⃣.Haraza amajambo :
*Connecter*
*Inscription*
Uca ufyonda Kuri *inscription*
Uca uhitamwo
*par* *téléphone*
4️⃣ Haraza Aho wuzuza:
•Shiramwo numéro ya Telefone yawe
•Aho basaba *CODE* *PROMO* shiramwo iyi 👉 *LILI21* ako gakwego Kari hagati ya x n'a 7 ntimukibagire kandi *x* ni urudome ruto !!! Urabeko wavyanditse neza
👉Uce ufyonda kuri accepter les règles et confidentialités,
Uce ufyonda ahari aka kantu mu bubamfu✅
5️⃣ Ahakurikira ufyonda kw'ijambo *envoyer le code* kugira baguhe code Kuri ya numéro washiramwo mukwiyandika.
6️⃣.Ca uraba ibiharuro baguhaye uce ubishira Aho bakweretse, uhejeje uce ufyonda Kuri *ACTIVER*
7️⃣.Ivyo biheze uca uhabwa:
*Nom d'utilisateur*
*Mot de passe*:
⚠️Ivyo bintu uko ari bibiri uca uvyandika ahantu hadata kuko ni numéro ya compte yawe,na mot de passe.uramutse uvyibagiye canke ubandanije utavyanditse, ushobora no kurya amafranga arenga 100.000.000FBu ariko ntuyakureyo kuko ivyo biharuro nivyo compte yawe !!!*
*Iyo ushatse kw'iconnecta nivyo ukoresha.rero bibike ahadata!!*
Mukugira wirindeko bitakara,bakibiguha ca ugira *capture d'écran (screenshots* )Munyuma ugaheza ukavyandika ahantu.
Hanyuma ugaca ufyonda Kuri *suivant*
8️⃣.Uhejeje ivyo ntuba uhejeje neza,uca usubira ukugurura application hepfo mu buryo ugafyonda kuri *MENU* hanyuma ugaca ufyonda kurirya numéro yawe ya compte,haca haza :
•Compte,
•Recharger le compte,
•Retrait,
Umanutse hepfo ucubona ijambo *Profil personnel*
Uca urifyondako haca haza Aho ushobora guhindurira numéro,mot de passe,...uca wirabira hejuru Hariho ahantu haba hari *agakaramu* ✍️ uca ugafyondako ugaca ubona Aho ushira *umwidondoro wawe wose*
*Prénom*
*Nom*
*Région* Kuri région urafyonda bakakuzanira liste uhitamwo,uca ufyonda Kuri *Burundi*
*Aho wavukiye* (lieu de naissance)
*Date de naissance*
*Aho uba Ubu(résidence actuelle)*
Urabandanya ugahitamwo na *ID*
Ugashiramwo *numéro yawe ya karangamuntu*
Ahanditse Série (cas échéant) urahasimba ntanakimwe.
*Igihe yatangiwe*
*n'uwayitanze*(ucugira Administrateur)
*Uhejeje ivyo vyose uca ufyonda Kuri✓ uba uhejeje neza cane🤝*
*Menya Neza* :
Iyo utashizeko uwo mwidondoro ukwiye,ntushobora gushirako amafranga canke uyabikure ukoresheje igisata *Lumicash*
*UHEJEJE KWUGURURA COMPTE NEZA UCA UGIRA DÉPÔT YA MBERE KUGIRA UHABWE BONUS YA 200%*
👇👇👇👇
KUGIRA DÉPÔT NA LUMICASH:
*1* . Ubanza ukagirisha dépôt Kuri LUMICASH kurya bisanzwe,
*2* .Fyonda *163#
*3* .Hitamwo Kuri 4
*4* .Hitamwo n'ubundi Kuri 4
*5.* Shiramwo mot de passe yawe yokuri LUMICASH,
*6* .Emeza Kuri 1
*
Kuri LUMICASH* *baca baguha code*
UCA UJA MURI 1XBET
1.Fyonda hejuru mububamfu kudukwego dutatu,
2.Uca ufyonda n'ubundi hajuru mububamfu ahanditse *mon compte* canke *my account* mucongereza,
3.Uca umanuka hepfo gato urabona ahanditse *recharger le compte* uca ufyondako,
4.Uca ubona liste de mode de paiement,uca umanuka hepfo gato urabona ahanditse *Lumicash* uca ufyondako,
5.Uca ubona 3 cases:
•case yambere ushiramwo amafranga ushaka gushira muri 1xbet;bemera dépôt yo guhera Kuri 1000Fbu
• Case ya kabiri ushiramwo numéro ya lumitel imwe baguhako *code*
• Case ya gatatu ushiramwo *ya code baguha muri* *Lumicash*
6.Uca ufyonda Kuri *comfirmer*
Uba uhejeje.
*KUGIRA RETRAIT*
_________________
1.Uca mwiyonzira navuze Aho hejuru ugashika Aho hari mode de paiement Lumicash....
2.Uca uhitamwo Lumicash,
3.Case yambere ushiramwo igitigiri cayo ukeneye gukurayo.
4.Case ya kabiri ushiramwo numéro ya lumitel aza kujako,
5.Baca baguha code Kuri ya numéro wugururizako,iyo code uca uyishira Aho bakweretse,ugaca wemeza
6.Uca urindirako bemeza ivyo wasavye.
*Ufise ico ubaza urashobora kutwandikira kuri watsapp ni : +257 61120167
*Bonne chance à toutes et à tous!!!*

Nihorimbere Jean Bosco
ntucikwe🗣️🤽📢📢📢
Injira groupe umenye,wongere utunge app ya 1x bet ubetinge wongere uze urahabwa coupons zizewe💃💃💸💸💸🥳🥳🥳🥳💃💃🔥🔥🔥
https://chat.whatsapp.com/CUXtv6ior7jE9ovkH9uPgT
Mondial ⚽⚽⚾⚾🥎🥎🏀🏈🏉🥎🥎🏐🏐🏐
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?