🔴 Kur'uyu wa kabiri igenekerezo rya 6 kigarama 2022,Umukuru w'Igihugu c'Uburundi🇧🇮 Varisito #ndayishimiye yaramutse atera iteka ibikorwa bijanye n'umusi wahariwe umutangakori mu #burundi; Ukaba uriko uhimbarizwa mu gisagara ca #bujumbura ku civugo: « Dutange neza amakori n'amatagisi, dushigikire iterambere ry’igihugu».
#akacutv #amakuru #burundi
IYINDI NKURU NZIZA KU RUBUGA #gasape N'ABARUKORESHA
Ego nivyo ubu kumusi umwe ukoresheje neza uru rubuga gwacu uronka amahera atari musi ya 700 FBU bivuzeko uru rubuga amahera ukoresha ugura ama méga yo kurukoresha uyasubizwaa maze anasumbirije!!
Wokwibaza ngo sivyo gusa uku ni ukuri kwigendera aho maze bivugwako mu gihe kitaramviranye mugiye kuzoza murayarungikiraniraaa
Ubu ntacitwazo na kimwe co kudakoresha uru rubuga ja kuri play store uruvoma ukuri kwamyeee!!!
Ibira akabanga mugenzawee ntazosigare aho abandi baronkeyeee sezera Mariko zucker nawe ujane n'abandi
ABONNEZ-VOUS SUR NOTRE PAGE SVP