Imyaka 42 irarangiye umuririmvyi Bob Marley ashengeye. Indirimbo ziwe zigisha cane cane ubumwe mu bantu, kurwanya akarenganyo, guharanira agateka k’abakenyezi n'ibindi.
Yaririmba mu mudiho wa Reggae. Gushika n’ubu, abaririmvyi bo kw’isi yose, harimwo n'abarundi baracagendera iragi yasize.
Aimé Noël Willy
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Sammy
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?