For mining your Smart Phones #join this link 👇 https://chat.whatsapp.com/EVQsh9wXuU6FChz2jSMHSc
For mining your Smart Phones #join this link 👇 https://chat.whatsapp.com/EVQsh9wXuU6FChz2jSMHSc
Bamwe mwipfuza kuvyaza #umusaruro amaterephone yanyu nimwinjirire aha 👇 👇
https://chat.whatsapp.com/EVQsh9wXuU6FChz2jSMHSc
🔴 🔵 Uku niko vyari bimeze mu mubisagara vyo muri Argentine batahukanye igikombe c'isi 2022 ♥
Abantu bari isinzi n'umunezero ariwose amabarabara yari yuzuye icitwa abantu kabisa umupira w'amaguru nikindi kintu kabisa urambonera bano bantu uko bangana 😀
Igikombe c'isi kigira 3 mu mateka ya Argentine
💪💪 Félicitations les Argentins 🔥
🪪 Ikarata ndanga mumenyeshamakuru yongerejwe ikiringo
✍🏾 Hari haciye amezi abiri ikigo kigenzura ibimenyeshamakuru (Conseil national de la communication) kiganiriye n’abamenyeshamakuru ku kibazo co kuronka ikarata ibaranga nshasha, kuko iyindi yataye igihe mu mwaka w’2021.
👉🏾 Ikindi cari caraganiriweko ni ukwongereza ikiringo iyo karata imara (durée de validité). Ubu, amakarata mashasha abamenyeshamakuru baronswa amara imyaka itanu, hakaba hongerejweko ikiringo c'imyaka itatu. Umumenyeshamakuru yipfuza iyo karata nshasha asabwa kubanza gusubiza iya kera.
🧑🏾 Umuyobozi w’ikigo kijejwe kugenzura ibimenyeshamakuru, Véstine Nahimana, yamenyesheje kuri uno wa gatanu ko “ama dosiye yashikanywe asaba ikarata nshasha muri CNC agera ku 1 000. Imwe imwe izogenda irigwa, kandi mu kiringo gito, abakwije ibisabwa bazoba baronse amakarata mashasha” 👌🏾
🤔 Bishasha ni ibihe ?
🖥📲 Ubu, umwidondoro w’umumenyeshamakuru ubitswe mu vyuma nyabwonko. “Umumenyeshamakuru agize ikibazo aho ari hose, dupfa kumenya izina ryiwe, tuca tubona ko ari mu rutonde (en règle) kandi azwi na CNC”. Uwo muyobozi amenyesha ko kare imyidondoro yabikwa mu gitabo.
😉 Mwomenya ko amakarata ndangamumenyeshamakuru 248 yatanzwe icese nk’ikimenyetso co gutanguza ico gikorwa (geste symbolique).
MISS LAURIE NISHIMWE YABERETSE UBURUNDI
Mu mahiganwa arimwo yo gutara umukobwa mwiza w'isi #missearth2022 , umurundikazi Laurie Claudia Nishimwe kuri uyu wa Gatatu yaserutse mu mwambaro w'ikirundi.
Uyu mwigeme ahagarariye uburundi akaba yariko atamba intambo ndangakaranga z'uburundi mu mwanya bari bagezemwo wo kwerekana ingabire zabo
Miss Laurie Nishimwe ari umwe mu bakobwa barenga 80 bazotorwamwo umwe mwiza kandi akerebutse.
Iryo higanwa rikaba ririko ribera mu gihugu ca Philippines
Ntakirutimana Innocent
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Thérence Ndayizeye
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?
Wizere Don Dieu
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?